Urukundo ni ingabire iruta izindi zose.

URUKUNDO. « Naho novuga indimi z’abantu n’iz’ abamarayika, ariko ntagira urukundo, noba ncitse umuringa uvuga, cank’ icuma kivuzwa kigasama. Kandi naho nogira ingabire yo kuvugishwa n’Imana, nkamenya amabanga yose, n’ubgenge bgose, kandi naho nogira ukwizera kwose, ngashobora gukurah’ imisozi, ariko ntagira urukundo, noba nd’ ubusa.” [Ab’i Korinto 13:1-2] Urukundo ni imwe mungabire idahara mubuzima bw’umukristo.Gusa,abenshi ntibaha […]