Ivyamwa bisa n’igiti catewe nti vyigera bisa ukundi.

IVYAMWA TWAMA BITERWA N’UBWOKO BW’IGITI. « Igiti ciza ntigishobora kwama ibibi, kand’ igiti kibi ntigishobora kwama ivyiza.”[Matayo 7:18] Yesu mukwigisha yakoresha rimwe na rimwe imvugo yoroshe n’umwana ashobora gutahura. Aha yariko aravuga inkomoko y’ivyamwa twama mu buzima bwacu. Uzokwumva umuntu avuga ngo jewe niko meze, n’abantu barabizi. Jewe ibi sindavyihanganira,…gusa, akenshi ben’uyo muntu aba yibaza ko […]