Eliya na Elisha barerekanye yuko ivyo Imana vyose biba ku rutonde
ELIYA NA ELISA. « Bamaze kujabuka, Eliya abarira Elisa, ati Nsaba ico ugomba ko ndagukorera, ntaratandukanywa nawe. Elisa aramwishura, ati Ntabara umpe imigabane ibiri y’impwemu yawe, ngw imbeko. Aramwishura, at’ Unsavye ikigoye; mugabo ni wambona ngitandukanywa nawe, biza kukubera birtyo; na ho n’utambona, ntibiza kuba birtyo.”[2 Abami 2:9-10] Eliya ni umwe muri bake baduganywe mw’ijuru badaciye […]