“Ubuntu bganje buraguhagije” Uhoraho Imana ibarira Paul.
UBUNTU BW’IMANA BURADUHAGIJE. « Arambarira, at’ Ubuntu bganje buraguhagije; kuk’ ubushobozi bganje buhingurirwa mu ntege nke. Nuko cane-cane nzonezererwa kwirata intege nke zanje, ng’ubushobozi bga Kristo bunzeko.”[2Ab’i Korinto 12:9] Aya majambo Imana yayabwiye Pawulo, bitewe n’isengesho yasenze asaba ngo imukure imbere ikibazo yagendana cari kimugeramiye. Nayo imwishura ati ubuntu bwanje buraguhagije. Ariko uravye, Imana yamurekeranye ico […]