“Ingeso yo guhemukiranira yabaye ndanse mu Burundi” Gelase Ndabirabe, Umukuru w’Inama Nshingamateka.

Umukuru w’inama nshingamateka Daniel_Gelase_Ndabirabe avuga ko mu Burundi ingeso yo guhemukiranira yabaye ndase aho n’umuntu mwagiye hamwe mugakora umugambi ashobora kuguhemukira canke ukamugurana amafaranga mu nzira nziza haheze akanya gato akakwihakana. Uwo arongoye inama shingamateka akavuga ko iyo ngeso yibonekeza no mubakundana (mu mibano y’abahungu n’abigeme). Asigura ko ubu n’imanza zijanye n’ivyo guhemukiranira ari nyishi […]