Ivyo Imana yasezeranye bigiye gushika

Misionari wa mbere yaje mu Burundi mu mwaka 1935 yitwa Ure avuye muri Sweden, muri uwo mwaka nyene yatanze imburi avuga ko yabonye umuriro utibuka uvuye mw’ijuru, utibukira ku gihugu c’Uburundi; hanyuma urasanzara ukwira isi yose. Mu mwaka 1992, Umwinjilisti Rheinhard Bonnke yabonye agahugu gatoya hagati ya Afrika gafise ishusho y’umutima (carte en forme de […]