“Abarundi, Ihanga rihambaye ryatoranijwe n’Imana ikariha amasezerano” Ubuvugishwa bwa 2024.
“Uburundi bufise amasezerano meza cane bwahawe n’Uhoraho Imana kandi bugiye gushika mur’uyu mwaka wa 2024.” Ayo n’amwe mu majambo abahanuzi benshi mpuzamakungu bashikirije kur’uyu mwaka wa 2024. Bati naho Abanyarwanda n’Abanyamulenge bashatse kuyiyitirira no gusaba Uhoraho Imana ngo abe aribo iyaha kuko Abarundi batari bake bayirengagije, Imana yarabaraye yuko bidakunda kuko yihagurukije Ihanga Ryera mu […]