Mugiranire imbabazi kugira ngo uronke ivyiza vyo kubabariranira.
IVYIZA VYO KUBABARIRA. “Umunyakigongwe agirira neza umutima wiwe ubgiwe,Ariko ruburakigongwe agirira nabi umubiri wiwe ubgiwe.”[Imigani 11:17] Kenshi usanga umuntu agenda abihiwe mu mutima, kubera ivyo yakorewe, ugasanga ntiyatanze imbabazi (ikigongwe), kandi akumva birumvikana kuko yumva yahemukiwe cane. Ariko dusomye ngo umunyakigongwe agirira neza umutima wiwe ubwiwe. Kubera iki? Kubera ko kubabarira birabohora uwakosherejwe, akumva ubuzima […]