Hari igihe udashobora kwiryamira kiretse Imana yo nyene.

« Uwo mugore asumira impuzu yiwe, aramubgira, ati Ngo turyamane. Amutana impuzu yiwe, arahunga, arasohoka. Maz’ abonye kw amutanye impuzu yiwe agahunga agasohoka, atabaza abagabo b’abanyarugo, arababarira, at’ Ehe raba yatuzaniye Umuheburayo wo kudukengera! Yaje iyo ndi ngw aryamane nanje, ndaheza ntabaza n’ijwi rirenga: maz’ abonye nshize ijwi hejuru ntabaje, antana impuzu yiwe, arahunga, arasohoka.Itanguriro 39:12-15″ […]