“Ico ubiba nico wimbura” Uzirikana iri jambo.

IHAME RYO KUBIBA NO KWIMBURA. « Umubarire, ut’ Uku ni k’Uhoraho agize, ngo Non’ urishe, utak’ ushikira imyandu? Uheze umubarire, ut’ Uku ni k’Uhoraho agize, ngw Ah’ imbga zarigatiye amaraso ya Naboti, ni ho zizorigatira n’ayawe.1 Abami 21:19″ Ibi vyabwiwe umwami Ahabu,kuko umugore wiwe Yezebeli yari yishe Naboti,kugira ashikire uruzabibu rwa Naboti kuko yari yarwimanye.Imana rero […]