Imvugo y’Imana ku bantu bayo n’iyo kubaremesha, kubatera intege no kubirura.
IMVUGO Y’IMANA KUBANTU BAYO. « Hinge numve ivyo Imana, Uhoraho, igira ivuge:Kukw izobgira abantu bayo n’abakunzi bayo ivy’ amahoro;Ariko ntibaze basubire mu bupfu.Zaburi 85:8″ Imana irafise uko ivuga kubantu bayo(abayubaha) canke kubatayubaha.Imvugo yayo iratandukanye,biterwa n’umurwi umuntu arimwo. Twasomye,ngo kukw’izobwira abantu bayo n’abakunzi bayo ivy’amahoro ». Muyindi mvugo,Imana ntamajambo y’agacavutu canke y’ibicantege ivuga kubayubaha. Ariko rero,turi murugendo rw’amajwi,aho […]