Amasezerano Imana yahaye ihanga ry’Abarundi aregereje.

Iyo tuvuze yuko Uhoraho Imana agira ashitse Isezerano ry’igihugu c’Uburundi, ntituba tuvuze ca civugo ca leta y’uBurundi ngo “Imbonakazoza y’Uburundi yo mu 2040-2060” bahavuye bavuga ngo ni umugambi w’Imana. Birya bavuga ni ibihendwabana kuko igihugu cifashe mu 2040, ubu mu 2024, abantu baba babona amabarabara n’amahinguriro biriko birubakwa. Kubera iki abategetsi bahitamwo imvugo y’urusinziriza ku […]