Ugire ukwicisha bugifi bizotuma ushirwa hejuru
« Nuko mwicishe bugufi muri musi y’ukuboko kw’Imana kw’ubushobozi, kugira ngw’iz’ ibashire hejuru mu gihe gikwiye.1 Petero 5:6″. Mubushake bw’Imana yipfuza gushira abantu hejuru.N’uko twavutse biratwigisha,umuntu avuga ari muto,agakura gahorogahoro,kugeza igihe aba umuntu wo gutumwa ijambo.N’ubwo nabwo ni bumwe muburyo bwo gushirwa hejuru. Ariko rero,n’ubwo Imana yipfuza kudushira hejuru(kuduteza intambwe),guca bugufi vyo n’amahitamwo y’umuntu.Ikitari amahitamwo,n’ugushirwa hejuru,kuko […]