President Evariste Ndayishimiye avugwako ibintu vyinshi.
Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye avugwako vyinshi bitari vyiza n’abamwegereye uretse abasanzwe bagwanya ubutegetsi bgiwe. Muvyo yagirizwa harimwo yuko asanzwe aganzwa n’umukenyezi wiwe, uwo nawe akaba ariwe afata ingingo mbi z’igihugu, akaba anyuruza n’itunga ry’igihugu mu gihe Président Evariste Ndayishimiye kenshi yoba avuga amajambo menshi n’ivyo akora kenshi abitumwa n’ivyo aba yanyoye. Umwe mubo bama bari […]