Leta y’uburundi aho kwihutira guta abantu mu mvuto irakwiriye kwiga ikamenya igituma abantu bakora ubusuma.

Kirundo: Abantu 9 harimwo abakozi ba OBR, abagwizatunga babibiri, umunyagihu wa Uganda umwe n’abandi barapfunzwe bakurikiranwa mu kudandaza ikawa irenze izo baguze Abo bapfunzwe ni uwuserukira ishirahamwe #KIJSCO yadandaje imifuko 346 (umufuko umwe upima 60) n’ibiro 45 vy’ikawa yose hamwe bikaba ari ibiro 20.805 nk’uko biboneka ku masezerano yo kudandaza (Accord de vente) ya ODECA […]