Kigwena: nk’ayandi mashure ariko araraba intererano yo kwubakirwa utuzu twa sugwumwe naryo n’uko!
Kigwena: ishure rifise ubukene bw’utuzu twa surwumwe Utwo tuzu twa surwumwe dukenye kw’ishure shingiro rya kigwena ya kabiri. Ni muri komine na Rumonge Province .Hari utuzu twa surwumwe tubiri, kamwe muri bwo karabomotse. N’agasigaye biboneka ko umwanya n’umwanya gashobora gusiduka na ko nyene. Samuel NTIBAKUNDWA, umuyobozu w’iryo shure avuga ko ku ruhande rwabo bakoze ico […]