Umukuru w’igihugu c’Uburundi Ndayishimiye Evarite yigishiriza abanyamigambge ku mirima yiwe
Umukuru w’Igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye mu rugendo arimwo mu ntara zo hagati mu gihugu, kuri uyu wa gatatu yagirishije urugendo shure abarongoye imigambwe itandukanye kugira bigire ku migambi y’uburimyi n’ubworozi ariko ararangura mu ntara za Gitega na Karusi.Mu ntara ya #Gitega yaberetse umugambi ujanye n’ubworozi bw’ibizinu , ubw’inka n’ingurube aho akoresha amase y’ivyo bitungwa mu […]