Ugire inyifato nk’iyumwami Dawidi imbere y’abakuvugako ivyo bishakiye vyose

INYIFATO YA DAWIDI IMBERE YA SHIMEYI. « Maz’ umwami Dawidi ashitse i Bahurimu, hasokoroka umuntu wo mu muryango wa Sauli yitwa Shimeyi mwene Gera, agenda aramutuka inzira yose. Agenda aratera umwami Dawidi amabuye, n’abantu biwe bose; kand’ abantu bose n’abahizi bose bari bamuhagatiye i buryo n’i bumoso. Uku ni ko Shimeyi yagenda aramutuka, ati Genda, urakagenda, […]