Abanyamanyanga batandukiriye imitwe yo kujuragiza abasenga mukwigana umukono w’umushikiranganji.
Amasengesho arababaza abantu benshi kandi nta n’amahoro abaha kuko benshi bafadikanya ivy’Imana n’ivya satani. Iri kete ririmwo amahinyu yerekana yuko atari umushikiranganji ya ryanditse mugabo bakaguma barikwiragiza nk’ubutumwa bgatanzwe na leta. (1) ingene umushikiranganji asinya ikete bitandukanye n’urwo rwandiko. (2) ntakoresha ikaramu itukura mu gutera umukono, (3) ntiyandika ikete ritagira inomero, (4) kandi ntarungika ikete […]