Ikigeragezo cose kirafise umwanya kumara ariko iyo kirangiye hakaba ingororano itagereranywa.

« Baramubamba, bagabura impuzu ziwe, barazipfindira, ngo bamenye iyo umuntu wese atwara. Igihe bamubamba zar’ isaha zitatu.Mariko 15:24-25″ Uyu yari Yesu bafashe, baramubamba,dusomye ngo igihe bamubamba zari isaha zitatu.Rero ntiyaciye apfa ako kanya,ahubwo yapfuye sacenda.Yamaze kumusaraba amasaha atandatu,imisumari imurya,ari mumubabaro urenze uko wovugwa. Burya ikigeragezo cose kigira igihe.Womenga Imana yari gutuma Yesu aca ashoka apfa,kugira ngo […]