Leta y’Uburundi isabga kwitaho agateka k’abanyororo

Bururi : Hari umunyororo « yapfiriye mw’ibohero rya Bururi », mw’ijoro rishira uwa kane. Amakuru ava muri iryo bohero avuga ko uwo mugabo w’imyaka 50 yari amaze ikiringo cababa indwi arwaye, yivuza ku bajejwe amagara y’abantu muri iryo bohero. Uwurirongoye ntaco yabivuzeko kuko ngo ata makuru arekuriwe gutanga. Abaharanira agateka ka zina muntu i Bururi basaba abajejwe […]