Ibikorwa vy’amasengesho bikwiriye gutandukanywa n’ibikorwa vy’imigambge kandi bikagira intumbero itomoye.

Imana ntuyereka kazoza ko mu myaka 20-40 izoza ni yo ifise kazoza kanyu mu minwe. Igikorane c’imisi itatu co kwereka Imana ihangiro rya 2040-2060 mu mugambwe Cndd-Fdd gisa n’uko iyo ntumbero icuritse kuko Imana niyo ibereka imigambi yayo ya kazoza. Nk’uko wama ubikora mu ntango za buri mwaka, umugambwe uri ku butegetsi mu Burundi « CNDD-FDD […]