Abakozi b’Imana barongeye intama bategerezwa kwigisha abantu kutarya ibiturire nk’ibindi vyaha.
« Ibintu vyo kuba abakirisu ku munsi w’Imana, ku wa mbere abantu bagaca batangura kurya ibiturire bihagarare… » Abarongoye amashengero nabo nyene basabwa kuza barafata imyanya yo guhanura abayoboke babo bafise ubuzi, bakumvishwa ko kurya no gutanga ibiturire, kurenganya n’ibindi ari icaha kandi bakabigarukako kenshi ntibaze barasangira bwaca bagaca barya canke batangisha ibiturire… ⛪ Emmanuel Sinzohagera, […]