I Makamba amazi ava ku mabati nayo arageramiye imitumba.
Makamba: Bamwe mu baba mu makaritiye yo ku mugwa mukuru w’intara bavuga ko babangamiwe n’amazi ava ku nzu z’abantu. Bamenyesha ko hari n’imitumba iriko ibimanga vyimburuwe n’ayo mazi. Bafise impungenge ko atagikozwe ayo mazi ashobora kubahitanira inzu zabo. Umwe muri bo agira ati : « abubatse haruguru yacu, bubatse amazu ya kijambere maremare, ashika hejuru. Amazi […]