Imitego n’urwanko rw’abansi bawe birashobora kubatera kubona Imana yawe bikabatera gutinya
HAR’IGIHE IMITEGO Y’ABANSI ITUMA BABONA IMANA YAWE. » Kandi Sauli amenya yuk’ Uhoraho ari kumwe na Dawidi, arabitahura. Kandi Mikali umukobga wa Sauli yakunda Dawidi.1 Samweli 18:28″. Iki gihe Umwami sawuli yari yipfuza uburyo yokwica Dawidi,ariko agambirira kumwica kubwenge.Amuha ikibazo atari yibaza ko Dawidi yokivamwo adapfuye.Amubwira ko kugira ngo amuhe umugore,adakeneye inkwano,ahubwo ashaka ubugabo ijana […]