« Mwirukane abenegihugu muzane abanyamahanga bafise amafaranga » ni ingingo zo gutema ishami uryicayeko
Ubutegetsi mugusenyuka, hakoreshwa ababurimwo, bakaza barafata gihuti huti, ingingo bazi nezako arizo gutoteza umuntu muto. Intumbero yizo ngingo kuba ari ukugira abenegihugu baje mumwiheburo, kugira umwe murabo ariko arafata izo gingo ababgiye ati ja mwibaraba canke fata ibigwanisho, dukureho abo babarenganya bace bavyumva ningoga Ndabira nkibi: Ariko Rindira turabe ayo BUYENZI, BWIZA, JABE, NYAKABIGA…bagiye kubona […]