25/07/23: Umunsi wo kwihana n’Ukwezwa. Ifatanye n’amasinzi y’Abarundi.

IHANGA RYERA RYEGERA IMANA YERAN’iteka rihambaye kubona twiswe n’Uhoraho abantu bayo, abatoranijwe, Ihanga Ryera kandi tukaba twahawe amasezerano. [Kuvayo 19 :10-11]I. Kwegera Imana bisaba kuba waratoranije ugashirwa ukwa wenyene.Imana yabariye Mose ati genda ku bantu ubabarire biyeze uyu munsi n’ejo, bamesure impuzu zabo, umunsi ugira gatatu ushike biteguye. Kwitegura kubonana n’Uhoraho kugira ngo ugire ico […]