Uhoraho ni Imana y’Ihanga Ryera

Abatabizi bagiye kumenya yuko Uhoraho ari Imana y’Ihanga Ryera, Ihanga ryatoranijwe na Yehova kugira ngo rikwize ishimwe ry’iyariremye. Yesu Kristo ni Umwami w’abami, Uhoraho, Emanuweli, Umwami w’amahoro kandi yuko ubutware bgose buri ku bitugu vyiwe. Niwe agiye kwima ingoma mu gihugu c’Uburundi ahindure ivyakera vyose, ashiteho bishasha. Agiye gusenyura ivyigira agahambaye ashiteho ivyiyoroheje abantu bose […]