Ugusenga kugira ngo Uhoraho yitoranirize.

GUSENGERA AMAHITAMWO. « Barasenga, bati Mwami, ni wewe uzi imitima y’abantu bose, none werekane uwo utoranije mur’ aba bompi »[Ivyakozwe n’intumwa 1:24] Aha ni intumwa zariko zirasenga zisaba Imana izirongore muguhitamwo uwosubirira Yuda kuko yari yariyahuye inyuma yo kugurisha Yesu. Hagati ya Matiya na Yusito, bashaka umwe kuko niwe yar’akenewe ngw’amusubirire mugishingo. Basenze bavuga bati Mana, niwewe […]