Burundi : Petero Nkurunziza yozoba aruta umukuru w’igihugu azomusubirira hamwe ivyipfuzo vyiwe vyoja mu ngiro

Mu nteguro z’amategeko 2 inama nshingamateka yemeje kuruno wa kabiri igenekerezo rya 21 nzero 2020 azotuma umukuru w’igihugu atekererwa amafaranga menshi kandi akazoguma ahembwa ubuzima bwiwe bwose. Mugihe umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yarasanzwe yaragomwe n’umugambwe CNDDFDD aturukamwo ngo awubere imboneza yamaho, ubu naho umushikiranganji w’ubutungane Laurentine Kanyana yasavye inama nshingamateka ko yotora itegeko rimutandukanya n’abandi […]