Amasezerano aradushwayemwo vuba.

IMBURI N’UBUHANUZI: AMASEZERANO ARASHITSE Hariho uwambajije ati: “Wewe uremera ivy’abavugishwa?”Namwishuye yuko ntemera ivyo abavugishwa bifat’amajwi canke amasanamu bakayasanzaza ku mbuga ngurukana majambo bavuga ngo Imana yantumye ibi na biriya kw’Ihanga ry’Abarundi.Benshi basoma ivyandikwa n’ibivugwa ku mbuga, bakavyiyumvirako, abandi bakavyirotesha maze bagaheza bakabisukiranya n’amarangamutima yabo bagaca babesha ngo n’Imana ivuze.Hariho n’abavugishwa bo mu gihugu kibanyi babishiramwo […]