Abarundi turakwiriye kwikubita agashi, ukuri n’ikinyoma kimwe cose kikitwa izina ryaco

Ivyo ngaha iwacu mu Burundi ntitubibona kumwe canke ntitubitahura kumwe Hariho abantu iyo bahaze bibaza yuko Abandi bose bahaze, n’abandi ivyo biyumvira banyoye bibaza yuko ariko Abarundi twese twiyumvira! (Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye, nta maguru yiwe ashikana hasi ngo amenye ingorane z’ukuri Abarundi bafise uretse kwagiriza uyu n’uriya! Abandi bakaba abo kumukomera amashi! Abarundi […]