Mozambique: Ivyasizwe n’igihuhusi Kenneth mu masanamu

Igihuhusi gikomeye casambuye ibihumbi vy’amazu kinica abantu benshi muri Mozambique. Igihuhusi Kenneth cashitse ku butaka kuwa kane kizanye umuyaga ufise umuvuduko ungana na 220km/h. Hategekanywa ko ikirere kizosuka imvuga ingana inshuro zibiri iyasutswe n’igihuhusi Idai, cahitanye abantu 900 muri Mozambique, Malawi na Zimbabwe mu kwezi guheze. Pemba, umurwa mukuru w’intara ya Cabo Delgado, yahuye n’imvura […]