Amasezerano y’igihugu c’Uburundi n’ukuri kandi agiye gusohora.
Abantu bose bagiye kubona yuko ivyavugishijwe ku gihugu c’Uburundi bigiye gushika. Kimwe mu bintu vyerekana yuko abizera ayo masezerano harimwo abo satani ariko arakubagura mu kubasukamwo urwanko, bariko baraterana amajambo mu mu kwifata amajwi no kuyakwiragiza canke mu kwandagazanya ku mbuga. Abo bitangaje yuko biyimitse mu majwi canke mu gutunganya ibirori, Abo batunga urutoke uyu […]