Uburundi n’Urwanda ntirucan’uwaka

« Urwanda rushaka gutere Bujumbura ruciye muri RDC , nanje nzoca ntera Kigali nciye mu Kirundo hafi.» Mjr General Evariste Ndayishimiye. Uburundi buragabisha ko buzivuna bwivuye inyuma ku bitero ivyo ari vyo vyose vyoza biturutse mu gihugu c’Urwanda.Mu kiganiro yahaye BBC, Prezida Evariste Ndayishimiye avuga ko Urwanda, gutegura gutera Uburundi ruciye muri Congo, ari ukwihenda.« Turazi ko […]