Intambara mu Burundi no mu karere/ ntugire ubgoba.
Abarundi baribaza yuko hariho ikigira kibe, hakaba n’abandi bagirango ngo ntakizoba ubutegetsi bgarikomeje. Reka tubahe inyishu: Hariho impinduka zigira zibe mu gihugu cacu no mu karere kubera umugambi w’Imana. Twebge nk’Ihanga Ryera ry’Imana, n’ibanga tumaranye imyaka 50 yuko Imana izokwururukira akarere k’ibiyaha binini kugira ngo ihagarike neza ihanga ry’Abarundi kuko ari ihanga ryatoranijwe n’Imana. Ivyo […]