Umunyembabazi Yesu Ntabara/R.Kelly

Indirimbo yitwa “UMUNYEMBABAZI YESU”Iyi ni indirimbo y’ukwihana n’ugusenga. Icozana umuntu wese yagiriye abandi ibibi akigaya gushika aho yicuza ukuraha kugira ngo asenge asaba imbabazi kandi arahire yuko atagisubira mu kwiyegurira Imana. Iyi ndirimbo tuyituye umuntu wese ashaka gusubirana n’Imana. Itubere icigwa twese. Igira iti:Jewe ubganje ndi uwa Yesu, nki kumavi nsaba imbabazi mukiza wanje umva […]