4/5 vy’Abarundi bafashwe n’ingwara zo mu mutwe.

Mu gihugu c’Uburundi zitegerezwa guhindura imirisho canke igihugu gicike akaburi k’abarwaye mu mutwe. Mu 2022 ibiharuro vyakozwe n’ikigo kijejwe ivyigwa n’ibiharuro mu Burundi (ISTEBU) cashikirije yuko ibice birenga 53% vy’abarundi bagendana ubumuga bgo mu mutwe (maladies mentales). Uyu mwaka 2024, ikigo c’igihugu kijejwe ingwara ziguma mu bantu mugabo zitandukira (PNILMCNT) carakoze ubushakashatsi ku myaka 4 […]