Ibiciro mu gihugu c’Uburundi vyabaye umurengera.
Ibiciro vy’ibifungurwa, isukari, ibinyobwa n’ivya nkenerwa vyiyongereye ku ncuro ziri hagati ya 2 na 4 mu Burundi mu kiringo c’amezi 6 gusa, kuva mu kwezi kwa Ndamukiza gushika muri Munyonyo 2024 Ibiharage vy’umuhondo vyavuye ku 4.800 BIF ku kiro bija ku 6.500 BIF, igiciro caduze ku bice 35,4%, nayo ikiro c’intete z’ibigori ziva ku 1.800BIF […]