Ubuvugishwa butangaje bga BEBA Gidiyoni ku gihugu c’Uburundi.
BEBA GIDIYONI KU GIHUGU C’UBURUNDIBEBA Gidiyoni yavukiye ku mutumba MBIZI commune VUGIZO mu ntara ya MAKAMBA mu mwaka wi 1923. Mu bgicanyi bgo mu 1972, amaze imyaka 50 y’amavuka, yahungiye mu gihugu ca Tanzaniya aho yabandanije asengera mw’Ishengero rya Pantecote i GATUMBA muri Tanzaniya, mugabo akagenda arashikiriza imburi n’ubuhanuzi Uhoraho Imana yahora imubgira kugira ngo […]