Imburi n’Ubuhanuzi: Mwitegurire Pasika y’Abera irashitse

UBUHANUZI BG’UMUVUGISHWA EVELYNE NTUNZWENIMANA: Mwitegurire Pasika yo mu MpwemuEvelyne NTUNZWENIMANA ni umukenyezi w’umurundikazi yavukiye mu gihugu c’Uburundi, mu ntara ya Gitega muri Komone Mutaho. Yavutse kw’igenekerezo 5 z’ukwezi kawa kane (Ndamukiza) mu mwaka wa 1974. Kubera indyane igihugu cacu caciyemwo yahavuye ahungira mu gihugu ca Tanzaniya mu nkambi y’impunzi ya KARAGO muri Kibondo. Aho niho […]