Igitabu: « INTAMBARA YO MU MAYIRABIRI »
” INTAMBARA YO MU MAYIRABIRI”Abarundi dutegerezwa gutonda urugamba kandi tukarunesha. Ni ugutsinda intambara yo mu mayirabiri kugira ngo twinjire muri ca gihugu c’amata n’ubuki. Abari mu mayirabiri, bigizayo incabgenge n’abahinga, abakozi n’abanyengabire bakiyegereza abasavyi maze imigambi yose igaherera mu majambo. Mur’ico gihe uwukubiswe ntamenya abamuteye iyo baturutse. N’abikomeje barasamburana kuko umwansi wa mbere w’umuntu ni […]