Twige amajambo mashasha y’Ikirundi

🔴Abamenyeshamakuru n’abandi babishoboye bakwiye kuza barakoresha vy’imfatakibanza amajambo y’ikirundi mashasha yacuzwe n’indamurabitabu Éditions Gusoma. 📌Inyuma y’isekeza Curijambo rifise ihangiro ryo kuzana amajambo mashasha ari mu ndimi mvamahanga agasubirizwa n’ay’ikirundi, ryatangujwe n’indamurabitabu Éditions Gusoma, kur’uyu wa kane italiki 31/10/2024 iyo ndamurabitabu yatunganije ikiganiro ku bamenyeshamakuru mu ntumbero yo kwerekana umwimbu w’iryo sekeza yarangije uno mwaka. 🙌🏽Uwo […]