Iminsi 7 yo gusengera igihugu c’Uburundi
Umwami Yesu n’ashimwe! Umurundi wese aho ari mu gihugu cacu no mu mahanga, abizera Uhoraho Imana kandi bejejwe, asabge kw’ifatanya n’Ihanga ry’Imana mu masengesho dutanguye uyu munsi kuwa 20/11/2025 yo gusengera igihugu c’Uburundi. Dusenga tudomako ivyaha vyose bikorerwa mu gihugu cacu. Ni vyinshi kandi bitandukanye. Dusaba Imana itabare igihugu. Ivyo gusengera mu migani canke abandi […]