Imburi kw’Ihanga ry’Abarundi: Mwiyubare kuvyerekeye abana.
Tumaze imyaka ishika 10 tuvuga ivyerekeye amasezerano y’igihugu c’Uburundi yuko Abarundi ar’igihugu catoranijwe n’Uhoraho Imana. Abantu benshi ntibagomba kuvyumva bakabirwanya abandi bakibaza yuko vyoba arivyo bakaba ba ntirumveko. Abu ntituvuga yuko Imana izoshitsa amasezerano, tuvuga yuko iyashikije. Ishitwa ry’ico Uhoraho Imana yashinze ntiriza ryoroshe kuko irahungabanya inzego n’urutonde vyashinzwe n’abantu ikazana urutonde rwayo. Ikindi abantu […]