Uyu mwaka Abarundi bategerezwa gusenga bisonzesheje ngo igihugu gikore.
ISENGESHO RY’IHANGA RY’ABARUNDI “Muze murobanure uwo mwaka wa 50 ubabere umwaka wa Yubile, mutangaze yuko mu giguhu cose habaye umwidegemvyo w’abantu bose bari murico. Umuntu wese muri mwebge aheze agaruke mw’itongo ryiwe, agaruke mubiwabo.” ABALEWI 25:10 Uhereye mu1972 gushika ubu mu 2024, haheze imyaka 52 Imana idukubise inkoni y’uburake kubera ivyaha vyacu, ikadushwiragiriza mu mahanga menshi yo kw’isi kugira ngo […]