Ibintu 6 muri vyinshi Abarundi baba mu makungu (Diaspora Ndundi) baneguye leta ya Président Evariste Ndayishimiye.

Ibintu 6 abarundi baba hanze (diaspora) bahora mu karuhuko mu Burundi babonye bitifashe neza aha mu gihugu: 1️⃣ Igiturire (corruption). Aba Diaspora bavugako igiturire ciraye aho ngo no mw’ibarabara cibonekeza.Bakavuga ko hari amahera adashika aho yategetezwa kuja kugira aterere mw’iterambere ry’igihugu.2️⃣Ubuzi bwa Reta bwikwega (services publics zikwega).Aha bamwe mu barundi baba hanze bahora mu Burundi […]