Intwaro zagiye zirakurakuranwa mu Burundi zarononye indero y’urwaruka.

Ibihugu vyose vyo kw’isi bitera imbere vyishimikije (1) Ibikorwa, (2) Indero, (3) Intearo nziza nk’inkongi z’iterambere. Ivyo intwaro zagiye zirakurakuranwa mu Burundi zaravyirengagije kandi nico gituma igihugu kimeze uko kiri uyu munsi. Turashigikiye yuko ibintu bikwiriye guhinduka mu gihugu kugira ngo habe iterambere. Vyagenze gute? Duhereye inyuma y’intwaro ya cami, abahima, umwe mu miryango y’abatutsi, […]