Uburundi bgitwa gute ngo ni isoko ry’uruzi NIL?

Igihugu c’Uburundi nico kivugwa yuko gifise isoko riri kure y’ayandi yose ry’uruzi Nile, ikibazo naco gikeneye intishu ni iki: Ntā mashǔre y’îvyó ngirá mvugé mfisé, urétse gukórēsha ubwênge ndemánwa gusa. Aho múrahāntūngire, ni na có gitumyé ndábītūra. Ishīngiro: urûzi Ruvúbu na Rúvyirônza. Inyuma y’úkubóna iyi shusho y’Úburǔndi yērékana izi nzûzi, narágize utubázo tutarí duké bīntēra […]