Ukwezi kwa Nyakabga : Ni ukwezi kwo Gusengera igihugu c’Uburundi.

Nkuko twama duhamagarira Abarundi ukwezwa no gusenga biza vyiyongera ku bikorwa vyo guteza imbere igihugu, duhariye uku kwezi kwa Nyakabga kube ukwezi kwo gusengera Amasezerano y’igihugu c’Uburundi. Twarangije ukwezi aho umukuru w’igihugu Evariste Nayishimiye yarangije aremesha Abarundi mu masengesho yabereye i Gitega yuko uku kwezi kwa Nyakabiga kugiye kuba ukwo amahoro n’imigisha, umwimbu n’amagara meza. […]